Kwirimbura ibikorwa bamaze imisi bakora mukiringo c’amazi 4
Komine Kayanza Kwirimbura ibikorwa bamaze imisi bakora mukiringo c’amazi 4 no Kwandika amatongo y’abenegihugu bose bo muri Komine Kayanza bavyifuza nibimwe muvyari vyakoranije inama y’abari mugisata co gutunganya ubutaka,ibisagara n’uburaro bwiza muri komine kayanza kuri uyu wa 12 Rusama 2026 munzu y’amanama ya Komine kayanza mane.Inama ikaba yarirongowe n’umukuru w’igisata Ndayizeye Jean Paul.Babonyeko muri rusangi […]